Akakubakiye ku mvugo y'ikirundi

a marqué ce sujet comme résolu.
Auteur du sujet

Umugenzi umwe yambajije insiguro y’amajambo akurikira nca ndamuha izo nyishu mubona:

-Kuvuna umuheto: kubura umwana w’ imfura

-Kwikora mu kwaha: kwiyicira umwana

-Amasama yaanutse: ibara ryaguye

-Kugesera: kwica umwami, gukora amakosa adasanzwe, kumenja

Noba namubwiye ukuri?

+0 -0
Vous devez être connecté pour pouvoir poster un message.
Connexion

Pas encore inscrit ?

Créez un compte en une minute pour profiter pleinement de toutes les fonctionnalités de Zeste de Savoir. Ici, tout est gratuit et sans publicité.
Créer un compte